18/01/2023
IFOTO Y'UMUNSI
Kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 nzero 2023, Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yarakiriye, i Bugendana, mu Ntara ya Gitega aho ariko arangurira imigambi y'uburimyi n'ubworozi, Patiri Godfrey Nzamujo yatanguje ikigo Songhai gikorera mu gisata c'uburimyi n'ibidukikije.
Ico kigo gikorera mu gihugu ca Bénin.