Sixer demana

Sixer demana Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Sixer demana, Property developer, Bujumbura.

Baganiriye ivyunguka.
20/07/2023

Baganiriye ivyunguka.

Atabantu ntabintu abantu mwese mushigikira ibikorwa nkora mugire umusi mwiza nanje sinzigera ndabamaramaza ubu nico gihe...
17/07/2023

Atabantu ntabintu abantu mwese mushigikira ibikorwa nkora mugire umusi mwiza nanje sinzigera ndabamaramaza ubu nico gihe nanje ndeke gukoresha umunwa maze nje kukivi nkabandi hama ibikorwa vyivugire murakoze β€πŸ™

Uwakoze neza asumbwa nuwakoze neza cane Mwijambo rimwe Drama T umuziki wu Burundi arawuyoboye atanduru ariko adutera umu...
15/07/2023

Uwakoze neza asumbwa nuwakoze neza cane Mwijambo rimwe Drama T umuziki wu Burundi arawuyoboye atanduru ariko adutera umuziki nibikorwa samajambo... ibikunzwe nibidakunzwe turabizi Kandi turanabibona ariko kubera uburyarya bwabantu nuwakoze Nabi tumubwira yuko yatwitse akavyemera Kandi nawenyene aziko atabishasha yazanye erega umurimyi mwiza abonekera mwiyimbura.

Iyi post niho nkiyibona ubunyene ndatwenzwe ndakumbagara nubu ndacatwenga Igipfa caburiwe niπŸ˜ƒ yamara nari nasemereye mvu...
11/07/2023

Iyi post niho nkiyibona ubunyene ndatwenzwe ndakumbagara nubu ndacatwenga Igipfa caburiwe niπŸ˜ƒ yamara nari nasemereye mvuga ngo teriyosema none birangiye twiswe Satani.

🚨🚨Izina ryuno muririmvyi wumurundi muri comentaire πŸ’₯πŸ’₯πŸ’₯πŸ’₯
10/07/2023

🚨🚨Izina ryuno muririmvyi wumurundi muri comentaire πŸ’₯πŸ’₯πŸ’₯πŸ’₯

Bano bantu babiri turabazi cane ntawutabizi kobakoze ibikorinka mwubahwe The Legends mwaraduhaye umunezero mwinshi mubic...
10/07/2023

Bano bantu babiri turabazi cane ntawutabizi kobakoze ibikorinka mwubahwe The Legends mwaraduhaye umunezero mwinshi mubicishije mwuyu muziki gushika nubu mukiri hejuru.
Big Fizzo Ngangari BantuBwoy Entertainment
Lolilo Simba Bime amatwi.

INKA YACU Umusaza Alvin smith frimeur agira adutemwo Get ready.
10/07/2023

INKA YACU Umusaza Alvin smith frimeur agira adutemwo Get ready.

Big Fizzo wacu nimba biriko biragenda nkuku muri Festival de l'independance 2023 edition 3  ariwe twari tuzi kwari NGANG...
09/07/2023

Big Fizzo wacu nimba biriko biragenda nkuku muri Festival de l'independance 2023 edition 3 ariwe twari tuzi kwari NGANGARI harakantu wawundi wamajambo nawe?
Yibaza yuko umuziki ndundi bisigura we canke izina Ryiwe gusa canke yuko adahari akazi kumuziki koca kavaho mu Burundi kumbe ntamenyeko igihugu kidapfakara wanashima hatiwe ibindi vyimamare bifise umuji wose mukiganza nivyiza kwiyemera muga apana kwigira Imana mubantu nkatwe babarundi twibereyeho kwipigu kuko birangira Imana igusubije hamwe wamye kera kuko niho hawe ibindi bigahinduka imponjo

Ibintu bibandanyije kugenda kumwe nyene nabivuga atanakimwe gihindutse kuko uyumukino mwakino gihe ndawubona ndawusobanukiwe kurusha uko burumwe wese yibaza kawuzi gusumba abandi nubwo yocishiriza ikabonga, ategerezwa kwicarikwa hasi kuko ntavyo kumpagarara hejuru mukuvuga, ikibabaje rero nugupfa wari waraburiwe kenshi kandi kuva kera kubera amosha mabi yabantu mudasangiye urugamba ugasanga urisamburiyeko, kino kibuga nije ndakizi nzinivyo abantu bakunda cane vyanyavyo mwino myaka nivyo banka kuko mvugana nabantu kenshi cane kumusi kumusi gusumba nabaririmvyi kwizimbuga niyo mpamvu bashatse bohanugwa bakumva bakikosora kugira duterimbere

Umusi yiyunze nawawundi ngobasubije hamwe atanico bagikiza niryo kosa atahandi hantu nahanwe rishobora gukorwa kwisi kubantu bazi neza umukino wumuziki uko ukinwa narumiwe ndanarengegwa kuko babaye abambere barikoze niwo musi bose bishiriyeko akadomo kurugendo rwabo rwumuziki biragoye kwiyumvisha nokwakira ariko ukuri nuko atamusaza yiruka mukibuga cimiyabaga twonamwica umuziki ninki gihugu ntikibura umuyobozi akiyobora ngonuko wewe wa pasiyonye

Yamara Mista Champagne nubwo nawe nyene kumva ikirundi bimugora cane nari namubwiye yuko kwa Kajala ariko aramuhomvya cane mwebwe muramuhenda komumushigikiye igitangaje nuko ariko atamba yirorera
Lolilo na Channy queen umuntu akibatumira ntamakuru afise ico bikoze bino bintu sibiteramo ni visit.

IGISOKOZO CA 100.000FBU MURI WAMUGAMBI MUBAMBE!!! WOGUKONA IZISHAJE KIGIRA KITI KUMENGO YAMIKANGO YA POUTIN YOKURASA KIR...
08/07/2023

IGISOKOZO CA 100.000FBU MURI WAMUGAMBI MUBAMBE!!! WOGUKONA IZISHAJE KIGIRA KITI KUMENGO YAMIKANGO YA POUTIN YOKURASA KIRIMBUZI MURI UKRAINE VYAHEZE NABI!!! NI KUBERA D-ONE 257 canke Demana?
UWUGITORA TURAMUVUGA HANO KURI PAGE.

MACONCO IYOBOJE INKONI YICUMA. Izindi zose vyanse koziyikura kuri hit imazeko igihe ntavyo wiyumvisha ariko nikobimeze D...
08/07/2023

MACONCO IYOBOJE INKONI YICUMA.
Izindi zose vyanse koziyikura kuri hit imazeko igihe ntavyo wiyumvisha ariko nikobimeze Demana arakaze gose simikino biriseriye.
Tuje YouTube tugume muburyohe vyume vyumye.

Iyo uhanuye umuntu akanka uramwosha 1. Ubwambere ngo Bashaka gukuraho Fou de toi! Gusa nubu turacabirindiriye kuko ntani...
08/07/2023

Iyo uhanuye umuntu akanka uramwosha

1. Ubwambere ngo Bashaka gukuraho Fou de toi! Gusa nubu turacabirindiriye kuko ntanikirayikoma

2. Ntako ntagize ngo mpanure Legend Big Fizzo areke kwiyahura mwivyo biteramo kugira aziganye amateka yiwe ariko Mr yassin +257 ajako aramuhenda aranka arabikora hinge Bruce Melodie niyaza muzobona itandukaniro ryiwe nivyo naraye mbonye jewe ndakunda abarundi bacu ikibazo nuko kubahanura ari ukwiteranya

Amase ya kera ntagihoma urutaro ndavyemeye bisa abana bikorere puuu.

Kuberiki D-ONE 257 abarundi bamukunda gose uyu musore wumunyengabirano yagatangaza indirimbo yiwe nshasha   yamaze gukwi...
08/07/2023

Kuberiki D-ONE 257 abarundi bamukunda gose uyu musore wumunyengabirano yagatangaza indirimbo yiwe nshasha yamaze gukwiragira buri hamwe mu gihugu cose Kandi bayakiriye neza niryahe banga yoba akoresha abandi batazi?
iTEKA MUSIC

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sixer demana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share