Ibanga Ryo Gusenga

Ibanga Ryo Gusenga IVUGA BUTUMWA

01/03/2026

Mube maso musenge ntimurwe mumosha mabi Yesu Abahezagire

10/01/2026
Kand' ico nsengera, n'ukugira ng'urukundo rwanyu rugwire rwongerekane mu bgenge no mu kumenya kwose, Ab'i Filipi 1:9
02/01/2026

Kand' ico nsengera, n'ukugira ng'urukundo rwanyu rugwire rwongerekane mu bgenge no mu kumenya kwose,
Ab'i Filipi 1:9

https://youtu.be/yo7Wp5HxDwE?si=tyP6Qdm_J9qzQ9xVNATANGUJE UMUTAHE W'IBIHUMBI MIRONGO ITATU (30.000FBU) ARIKO AHO NGEZE N...
13/12/2025

https://youtu.be/yo7Wp5HxDwE?si=tyP6Qdm_J9qzQ9xV

NATANGUJE UMUTAHE W'IBIHUMBI MIRONGO ITATU (30.000FBU) ARIKO AHO NGEZE NDABISHIMA💪

HOST BENICHOU
ROYI TV Burundi 🇧🇮

NATANGUJE UMUTAHE W'IBIHUMBI MIRONGO ITATU (30.000FBU) ARIKO AHO NGEZE NDABISHIMA💪

20/09/2025

Kanguka ivyo mw'Isi ukabura ubugingo wewe wohitamwo ikihe ??

IKIGANIRO : IBANGA RYO GUSENGAMU GIYE GUHORA M'UGIKURIKIRANA IMISI YOSE KU WAMBERE GUSHIKA KU WAGATANDATU MURAKOZEviator...
20/09/2025

IKIGANIRO : IBANGA RYO GUSENGA

MU GIYE GUHORA M'UGIKURIKIRANA IMISI YOSE KU WAMBERE GUSHIKA KU WAGATANDATU MURAKOZE

[email protected]

Ufise icubaza hamagara kuri WhatsApp +25776457032

Tugusengere YESU ABAHEZAGIRE.

18/07/2025

Birashoboka yuko ntera imbere ntarinze kw'iyanduza.

Address

Bujumbura-Burundi
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ibanga Ryo Gusenga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category