Nish'w steve

Nish'w steve Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Nish'w steve, Property development, Bujumbura, Bujumbura.

๐Ÿ›‘๐Ÿšจโš ๏ธOFFICIAL: Urutonde rw'abakinyi Abakinyi 30 bazotorwamwo uwuzotahukana BALLON D'OR 2025 ๐Ÿฅ‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟJUDE BELLINGHAM๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ตOUS...
07/08/2025

๐Ÿ›‘๐Ÿšจโš ๏ธOFFICIAL: Urutonde rw'abakinyi Abakinyi 30 bazotorwamwo uwuzotahukana BALLON D'OR 2025 ๐Ÿฅ‡๐Ÿ”ฅ

๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟJUDE BELLINGHAM
๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ตOUSMANE DEMBELE
๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡นDONNARUMMA
๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ณSERHOU GUIRASSY
๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ชVIKTOR GYOKERES

๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฏERLING HAALAND
๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฑDENZEL DUMFRIES
๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ซDESIRE DOUE
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟHARRY KANE
๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆACHRAF HAKIMI

๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡จROBERT LEWANDOWSKI
๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ชKVICHA KVARATSKHELIA
๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ทLAUTARO MARTINEZ
๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ทALEXIS MAC ALLISTER
๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ซKYLIAN MBAPPE

๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟSCOTT MCTOMINAY
๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡นJOรƒO NEVES
๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡นNUNO MENDES
๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ซMICHAEL OLISE
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟCOLE PALMER

๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธPEDRI
๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธFABIAN RUIZ
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟDECLAN RICE
๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ทRAPHIHNA
๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฑVIRGIL VAN DJIK

๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌMOHAMED SALAH
๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ทVINICIUS JR
๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธLAMINE YAMAL
๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡นVITIHNA
๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ชFLORIAN WIRTZ

Ninde ayikwiye ngaha ??

Ninde yari umukinyi wa mbere mwiza kw'isi muri 2025??๐Ÿฅ‡๐Ÿค”

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ : Umugore wa๐—ช๐—ฒ๐—ฎ๐˜€๐—ฒ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ถ๐˜‡๐—ผ ari mu gasho inyuma yoKumugonga nโ€™imodokari yamuguriyeUwo mukunzi wiwe ๐Ÿš˜โš–๏ธ.Amakuru ava...
07/08/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ : Umugore wa
๐—ช๐—ฒ๐—ฎ๐˜€๐—ฒ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ถ๐˜‡๐—ผ ari mu gasho inyuma yo
Kumugonga nโ€™imodokari yamuguriye
Uwo mukunzi wiwe ๐Ÿš˜โš–๏ธ.

Amakuru ava muri Ouganda avuga ko
Umugore ๐—ฆ๐—ฎ๐—ป๐—ฑ๐—ฟ๐—ฎ ๐—ง๐—ฒ๐˜๐—ฎ wa Weasel
Manizo, wโ€™umunyarwandakazi ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ ari mu
Minwe yโ€™igipolisi. Ivyo vyabaye inyuma
Yo kumugongesha imodoka yamuguriye
Ikamuvuna amaguru.

Bivugwa ko iryo sanganya ryabaye
Inyuma yo gushwana bikomeye mu gihe
Bari mu myiteguro yโ€™ubugeni bwabo ๐ŸŒน๐Ÿ’๐Ÿ’.

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿš”๐Ÿ˜ญ : Kuri uwu Muhingamo wo ku wa 6 Mukakaro 2025,Mu ntara ya ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ด๐—ฎ, Zone ๐—ž๐—ฎ๐˜†๐—ผ๐—ด๐—ผ๐—ฟ๐—ผKu mutumba wa ๐— ๐—ถ๐˜๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ๐˜๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ, habaye...
07/08/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿš”๐Ÿ˜ญ : Kuri uwu
Muhingamo wo ku wa 6 Mukakaro 2025,
Mu ntara ya ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ด๐—ฎ, Zone ๐—ž๐—ฎ๐˜†๐—ผ๐—ด๐—ผ๐—ฟ๐—ผ
Ku mutumba wa ๐— ๐—ถ๐˜๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ๐˜๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ, habaye
Isanganya ryโ€™imodoka (TI) ryahitanye
Umwana aca yitaba Imana aho nyene.

Uwariko atwara imodoka nawe nyene
Yahavuye agira ingaruka zikomeye, ubu
Akaba ari kuvurirwa mu bitaro vyo mu
๐—ž๐—ฎ๐˜†๐—ผ๐—ด๐—ผ๐—ฟ๐—ผ mugihe yari yababaye gose,
Aho vya menyekana ko asanzwe avuka
Muri komine ๐—ก๐—ด๐—ผ๐˜‡๐—ถ i Butanyerera.

๐Ÿ“ข Abari hafi yโ€™ivyabaye barasaba ko
Uwoba amuzi yobimenyesha umuryango
Wiwe kuko igihe iryo sanganya ryaba
Yari ari wenyene, kandi nta bindi
Bimuranga vyabonetse ๐Ÿฅฒ๐Ÿ™.
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“œ : ๐—ก๐—ง๐—”๐—›๐—ข๐—ก๐—ง๐—จ๐—ฌ๐—˜๐—ก๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ผ๐—ฟ yemejwe kuba UmushikiranganjiWa mbere wa Reta yโ€™Uburundi.INAMA Nkenguzamateka yโ€™UburundiIhej...
05/08/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“œ : ๐—ก๐—ง๐—”๐—›๐—ข๐—ก๐—ง๐—จ๐—ฌ๐—˜
๐—ก๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ผ๐—ฟ yemejwe kuba Umushikiranganji
Wa mbere wa Reta yโ€™Uburundi.

INAMA Nkenguzamateka yโ€™Uburundi
Ihejeje kwemeza ๐๐ญ๐š๐ก๐จ๐ง๐ญ๐ฎ๐ฒ๐ž ๐๐ž๐ฌ๐ญ๐จ๐ซ
Kuba Umushikiranganji wa mbere wa
Reta yโ€™Uburundi. Yemejwe ku majwi
100%, vyerekana ko afise ukwizigirwa
Gukomeye mu Nama Nkenguzamateka.

๐Ÿ“ธ : Senat ๐Ÿ 

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ณ : Ifaranga ๐—ฌ๐˜‚๐—ฎ๐—ป ๐Ÿ’ท ryaBashinwa rigiye gukoreshwa mโ€™UburundiRyifashishwe kuja kurangura mu gihugu Cโ€™Ubushinwa ๐Ÿ’ฐvs ...
04/08/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ณ : Ifaranga ๐—ฌ๐˜‚๐—ฎ๐—ป ๐Ÿ’ท rya
Bashinwa rigiye gukoreshwa mโ€™Uburundi
Ryifashishwe kuja kurangura mu gihugu
Cโ€™Ubushinwa ๐Ÿ’ฐvs ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ณ.

Ibanki nkuru yโ€™igihugu (๐—•๐—ฅ๐—•) imenyesha
Ko ifaranga ryโ€™Ubushinwa, ๐—ฌ๐˜‚๐—ฎ๐—ป, rigiye
Kwemerwa mu kurangura ibidandazwa
Bivuye mu Bushinwa. Iyo ngingo
Yafashwe mu ntumbero yo gufasha
Abikorera utwabo babuze amahera
Yโ€™idorari yo gukoresha.

Ubu, gukoresha Yuan ni inyishu ishobora
Gutuma ibintu vyoroha mu ku zozana
Ibikoresho nโ€™ibidandazwa bivuye mu
Bushinwa.

01/08/2025

Nkubu ugasanga igihungu
cimwaka 20ans ngo
iwabo bamuhamagara bajoux๐Ÿ˜‚

01/08/2025

Twa tunini๐Ÿ’Š dufasha abakenyezi kudasama, ubu twabonetse no ku bagabo ๐Ÿ˜‚

๐Ÿ—ฃ๏ธ Vini Jr : ยซ Abo mfata nk'ivyitegererezo vyanje ni Cristiano Ronaldo, LeBron James n'aba lรฉgendes bacu abanya Brรฉsil, ...
01/08/2025

๐Ÿ—ฃ๏ธ Vini Jr : ยซ Abo mfata nk'ivyitegererezo vyanje ni Cristiano Ronaldo, LeBron James n'aba lรฉgendes bacu abanya Brรฉsil, Ronaldo, Ronaldinho na Neymar.

Ibihe bikomeye muri carriรจre yanje ? Intango yanje muri Flamengo, ija ryanje muri Real Madrid.

Hari ibihe bikomeye ntibagiranwa mumahiganwa akomeye cane, nko gutsinda muma finales ya UCL. ยป

[GQ Spain]

INKINO:Amajambo ya Vinรญcius Jr umukinyi wa Real Madrid mukiganiro yatanze kuri GQ Spain ๐ŸคŒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท๐Ÿ—ฃ๏ธ Vini Jr : ยซ Indoto zanje z...
01/08/2025

INKINO:

Amajambo ya Vinรญcius Jr umukinyi wa Real Madrid mukiganiro yatanze kuri GQ Spain ๐ŸคŒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท

๐Ÿ—ฃ๏ธ Vini Jr : ยซ Indoto zanje zikomeye n'ugusiga ibirwi mumupira w'amaguru, na canecane nkoresheje ibikorwa ikigo canje kiriko kirakora vyo gufasha mundero y'abana bo muri Brรฉsil.

Noba n'ubundi maze kugera kuri vyinshi ? Ego, ariko indoto zanje ziri kure yo kwuzura.

Ndashaka gutwara igikombe vyinshi ndi kumwe n'umugwi wanje, ibikombe vy'ingenzi ndi kumwe na Brรฉsil, nkabandanya no kubera icitegererezo urwaruka rwa kazoza ngo rwiyizereremwo. ยป

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“œ : ๐—š๐—ฒ๐—น๐—ฎ๐˜€๐—ฒ ๐——๐—ฎ๐—ป๐—ถ๐—ฒ๐—น๐—ก๐—ฑ๐—ฎ๐—ฏ๐—ถ๐—ฟ๐—ฎ๐—ฏ๐—ฒ, niwe yatowe ngo yongereKuyobora ๐ˆ๐ง๐š๐ฆ๐š ๐๐ฌ๐ก๐ข๐ง๐ ๐š๐ฆ๐š๐ญ๐ž๐ค๐š.Kuri uwu wa 31 Mukakaro 2025, Gรฉl...
31/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“œ : ๐—š๐—ฒ๐—น๐—ฎ๐˜€๐—ฒ ๐——๐—ฎ๐—ป๐—ถ๐—ฒ๐—น
๐—ก๐—ฑ๐—ฎ๐—ฏ๐—ถ๐—ฟ๐—ฎ๐—ฏ๐—ฒ, niwe yatowe ngo yongere
Kuyobora ๐ˆ๐ง๐š๐ฆ๐š ๐๐ฌ๐ก๐ข๐ง๐ ๐š๐ฆ๐š๐ญ๐ž๐ค๐š.

Kuri uwu wa 31 Mukakaro 2025, Gรฉlase
Daniel Ndabirabe yatowe nโ€™abashinga
Mateka 109 kuri 111, kugira ayobore
Inama Nshingamateka mu kindi kiringo
Cโ€™imyaka 5 (๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑโ€“๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฏ๐Ÿฌ).

Uwo mwubahwa nta wundi bariko
Bahiganwa kuri iyo ntebe, akaba ya
Garukanye icizere cโ€™abashingamateka
Bongera kumutora nkโ€™uko vyari vyitezwe.
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข

๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿฅน Uku Niko muri   abanyagihugu bari bameze Ku modoka izanye imfashanyo y'ibifungurwa..๐Ÿซข abo mwita Ubwoko bw'IMANA b...
30/07/2025

๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿฅน Uku Niko muri abanyagihugu bari bameze Ku modoka izanye imfashanyo y'ibifungurwa..๐Ÿซข abo mwita Ubwoko bw'IMANA bukomeje gufatira amaboko imugongo ibindi biremwa muntu๐Ÿ˜จ

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : Kwโ€™isanamuNi Nyenicubahiro ๐€๐ง๐ ๐ž๐ฅ๐ข๐ง๐ž ๐๐๐š๐ฒ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ข๐ฒ๐žNโ€™umukazana wiwe ๐€๐ฎ๐ซ๐จ๐ซ ๐๐ฎ๐ž๐ž๐ง, mbega Ivyiza vyโ€™igihugu ciza cโ€™...
29/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : Kwโ€™isanamu
Ni Nyenicubahiro ๐€๐ง๐ ๐ž๐ฅ๐ข๐ง๐ž ๐๐๐š๐ฒ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ข๐ฒ๐ž
Nโ€™umukazana wiwe ๐€๐ฎ๐ซ๐จ๐ซ ๐๐ฎ๐ž๐ž๐ง, mbega
Ivyiza vyโ€™igihugu ciza cโ€™Uburundi ๐Ÿงบ๐Ÿ’

๐Ÿ“ธ : Murundi cakenge ๐Ÿ‘‹

Address

Bujumbura
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nish'w steve posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share