16/08/2025
Tumwita *Intwari* Ingabo y'igihugu ikora ivyo izi nk'uko *FDNB* iramura *Intwari* gusa.
Yashinzwe amabanga *REGIDESO* ifise ideni rya 4 Milliards none ubu mu myaka 4 gusa, iryo shirahamwe rigeze ku mutahe ubona wa 180 Milliards.
*TURABAKEJE CANE*
Lt Col Dr Ir MANIGOMBA Albert