King boy

King boy I'm best boy

08/08/2026

by Big Fizzo ft Mista Ch*****ne is out now...

Ndo maana nasemaka kiloko..kiloko ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

King boy

Burundi bw'ejo by Lolilo Simba is out now..
01/08/2026

Burundi bw'ejo by Lolilo Simba is out now..

Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

Fernando aye na Melanin boy kuri stage imwe kandi..Mukanya gato abo basore babiri bahoze barikumwe mumurwi We Love Muzik...
01/08/2026

Fernando aye na Melanin boy kuri stage imwe kandi..

Mukanya gato abo basore babiri bahoze barikumwe mumurwi We Love Muzika ariko ubu bivugwa ko badacana uwaka barahurira kubutambiro bumwe muntara ya kuri Terrain ya Basketball muri event yateguwe na Amstel Bright Burundi

Baza kuba barikumwe kandi n'umuririmvyi Double-jay OnceAgain asanzwe avuka i Gitega nyene co kimwe nabo bahungu nyene bahoze bari mumugwi umwe!

Utubazo ni tubiri gusa:
1.Uraza kuhashika? Nyimba uza kuhashika muri aba basore batatu ninde azoba atumye uhashika?
2.Mbega ko abo basore babiri ubu badacana uwaka ko bose ari imvukira zo ngaho nyene i Gitega uraza gushigikira nde ureke nde? ๐ŸŽค

King boy

31/07/2026

Ngwiza ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

King boy

Zuchu akaba agomba avyarire umwana Diamond Platnumz None Monia Fleur mwe na LinoG Umvukuri mwebwe kiri gute? ๐Ÿคท๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚King boy
30/07/2026

Zuchu akaba agomba avyarire umwana Diamond Platnumz
None Monia Fleur mwe na LinoG Umvukuri mwebwe kiri gute? ๐Ÿคท๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

King boy

29/07/2026

by Big Fizzo out soon...

Le 29/8/2026 niho Album (Son of Alkabulan) ya izosohoka.
Track nยบ10: Nimelewa yamaze kuyiduhonja

Abafana ba Mugani mwiteguriye gut Album ๐ŸคŒ๐ŸŽค?
Imiriro yanyu ndayikeneye ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡

King boy

Aka map k'ejo๐Ÿ‘‡  avec  Place: ETS KamengeHeure: 16h00King boy
17/07/2026

Aka map k'ejo๐Ÿ‘‡

avec

Place: ETS Kamenge
Heure: 16h00

King boy

17/07/2026

Map y'uno musi ngiyo๐Ÿ‘‡
Ni mu Nyakabiga guhera 18h gushika buce๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ


King boy

14/07/2026

Gatera kaba akana wallah ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

King boy

Address

Muramvya

Telephone

+25769092359

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when King boy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share