Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b Ihinguriro ryifumbire🌱 Jijuka murimyi wutez'imbere Turahingura Totahaza 🌾 Nihinguriro nturirasohora ibikorwa Rizokorera muntara Yagutse Gitega Burundi 🇧🇮

Hano mugihugu c'ubirundi 🇧🇮 abantu beshi ntibigera babona imigambi yobatezimbere . Mbega umworozi wimpene yoba aronka ak...
23/08/2025

Hano mugihugu c'ubirundi 🇧🇮 abantu beshi ntibigera babona imigambi yobatezimbere . Mbega umworozi wimpene yoba aronka akarusho nyabaki ikaze mukiganiro kizokwirikira .

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Uyunumwe mubarimyi bigiterwa cikigori mugihugu ça Sénégal 🇬🇭 🌾🌾Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b
23/08/2025

Uyunumwe mubarimyi bigiterwa cikigori mugihugu ça Sénégal 🇬🇭 🌾🌾

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Ubunibwo buryo inkoko ushobora kubera uhereye kuntango ugash*tsa umuswi uvutse .Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P...
23/08/2025

Ubunibwo buryo inkoko ushobora kubera uhereye kuntango ugash*tsa umuswi uvutse .

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Amakara nikimwe muvyankenerwa cane mugisagara cabujumbura kuko afise akamaro kanini .🪵Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clu...
23/08/2025

Amakara nikimwe muvyankenerwa cane mugisagara cabujumbura kuko afise akamaro kanini .🪵

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.bTurwizumwimbu barundi.kucivugo nogushimishwa bimwe mubikorwa bigiye gutanguz...
22/08/2025

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Turwizumwimbu barundi.kucivugo nogushimishwa bimwe mubikorwa bigiye gutanguzwa vuba turabahimiriza. Abantu mwese mwahora muteragira bigoranye komugiye gutangurana nibihe.🌱

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖Iburaza barabona neza kohagiye kuba impinduka zibihe biruta iv...
22/08/2025

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖

Iburaza barabona neza kohagiye kuba impinduka zibihe biruta ivyobahozemwo ahonimugihe Nyenicubahiro umukuru w'igihugu cacu ciza c'ubirundi 🇧🇮 Général majol Evariste Ndayishimiye abateye iteka akabaha Umuyagankuba (Regidezo). Aho nibibanza vyukubakamwo vyahora kumafaranga Make agiye kwiyongera .📝📅

Ishirahamwe Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖Ruraterakamo burimuntu wese koyokuramaboko mumpuzu...
22/08/2025

Ishirahamwe Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b
➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖
Ruraterakamo burimuntu wese koyokuramaboko mumpuzu akarima nacanecane kubantu baba muburaruko bwigihugu. Ahonimugihe ryari ryateguye kugendera zimwe muntara zigize igihugu namakomine amwamwe 📝📅

 Ryuburimyi nubworozi clutile   rirashimira abarimyi bomuntara yagutse ya   ukobihatanga mukurwanya inzara mwiyontara Sa...
22/08/2025

Ryuburimyi nubworozi clutile rirashimira abarimyi bomuntara yagutse ya ukobihatanga mukurwanya inzara mwiyontara Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖

Tubibutse yuko icokigo kirimumigambi yogutanguza ibikorwa vyaco mugutezimbere igihugu . Nomukwiteza imbere bimwe biri mumigambi yicokigi.

🌱Angeli
🌱 Ire
🌱 Ishwagara

Abarimyi mwese myitegure vuba turatangura ibikorwa bategekanya Kandi gusaba impusha nogukora bizwi na leta 📅📝

Terimbere murimyi dukuramaboko mumpuzu dukore ihinguriro. Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b. Ryabateguriye in...
13/08/2025

Terimbere murimyi dukuramaboko mumpuzu dukore ihinguriro. Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b. Ryabateguriye inyigisho zuko umuntu ashobora guterimbere biciye mukurima ♻️ nuko ushobora kworora Kandi mumyaka Mike ukabutanguye gufungura neza ukaronka ntamahera 🏦. Uyunumwe mumigambi iriko irategurwa niryohinguriro rigiye gutangura mukiringo .

Iyofo irikuvugisha abantu kumbuga nkoranyambaga kubera uyumugabo Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b
12/08/2025

Iyofo irikuvugisha abantu kumbuga nkoranyambaga kubera uyumugabo

Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b

Address

Gitega
Mutaho
TURWIZUMWIMBU257

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Saucieté Turwizumwimbu Barimyi Clutile P.J.b posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category