Promoteur de Rumonge

Promoteur de Rumonge Follow this page tog many videas

follow for follow
16/10/2025

follow for follow

🔴   : Ishure ry'indaro Umushinge w'ubumenyi "Socle du Savoir de Matongo" ryuguruwe icese!Umukuru w'igihugu c'Uburundi Ev...
23/09/2025

🔴 : Ishure ry'indaro Umushinge w'ubumenyi "Socle du Savoir de Matongo" ryuguruwe icese!

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Nyakanga 2025 niho yugurura icese Ishure ry'indaro ryitiriwe umushinge w'ubumenyi riri ku mutumba wa muri komine mu ntara ya .

Umukuru w'igihugu mw'ijambo ryiwe yaribukije ko iguhugu caciye mu bihe bitandukanye bibi maze bituma igisata c'indero gita akanovera, indero y'abana irasubira inyuma. Ku bwiwe ngo ubu, Uburundi buri mu ntango yo kugarukira indero mu mashure.

Kabaye akaryo keza kuri we ko gushimira Fondation Bonne Action Umugiraneza hamwe n'amashirahamwe atandukanye ariko arubaka amashure mu ntumbero yo gukomeza indero mu mashure. Yarashimiye n'abarundi bariko bubaka amashure meza kuko ngo bituma abana bagira ubumenyi bwiza kuko ngo ugendera heza ugasa neza.

Umukuru w'igihugu yibukije ko muri poritike y'igihugu, hosohorwa abana b'abahinga kandi ko kugira bikunde umwana ategurwa neza kuva akiri hasi. Yasavye rero abavyeyi gukomeza indero yo haziko kuko ngo kw'ishure b**a ivy'ubuhinga ariko ko ubuntu bwigirwa ha ziko ubundi. Akaba yibukije ko Reta yiyemeje guteza imbere no kugwiza amashure y'indaro kugira abana bakure bazi imihingo itandukanye y'igihugu, ibituma bamenya uko abo mu zindi ntara babayeho.

Yaribukije kandi abigisha ko bafise igikorwa gikomeye co gufasha abana bataye indero kugarukana indero runtu, gutyo abana bakure bakunda iguhugu bongere basonera ivy'igihugu. Yabasavye kandi guhimiriza abana gukingira ibidukikije. Yarateye akamo abarundi bafise uburyo kwubaka amashure y'indaro. Ku bwiwe ngo bopfuma bagiriranira amasezerano n'amashure b**a bataha bakubaka indaro n'aho bafungurira maze bagaheza bakayaga uko bazogabura umwimbu uzova mu mafaranga y'ishure n'ibindi.

Umukuru w'igihugu yahamagariye abavyeyi gukomeza umugenzo wo kwigisha abana babo mu mashure y'indaro kuko ngo n'ubwo b**a bataha usanga bakoresheje uburyo bwinshi. Yasavye

🛑Perturbations de l'électricité : La REGIDESO annonce des coupures temporairesLa REGIDESO informe sa clientèle qu'à la s...
23/09/2025

🛑Perturbations de l'électricité : La REGIDESO annonce des coupures temporaires

La REGIDESO informe sa clientèle qu'à la suite des essais de mise en service de la centrale hydroélectrique de Mulembwe et des travaux de connexion du poste de Rubirizi, des perturbations dans la fourniture d'électricité sont à prévoir. En effet, des coupures affecteront les localités de Carama, Mirango, Gituro, Gasenyi, Winterekwa, Gahahe, Gatunguru et leurs environs.

Ces interruptions, qui auront lieu du 27 au 28 septembre 2025, de 7h30 à 17h, sont dues à l'étape de tirage des conducteurs sur la ligne en construction reliant la région à la nouvelle infrastructure.
La invite ses clients à prendre toutes les dispositions nécessaires durant cette période et présente ses excuses pour les désagréments causés par ces travaux, jugés indispensables pour améliorer le service.

Ku bwawe ubona akayungiro kaza kurekura nde akaronka amahirwe yo kwegukana aka gashimwe ⁉️ kina urusimbi utomboze turabe...
22/09/2025

Ku bwawe ubona akayungiro kaza kurekura nde akaronka amahirwe yo kwegukana aka gashimwe ⁉️ kina urusimbi utomboze turabe.

  yagendanye n'agafi kiwe ubu kuvunika abibaza   uko bimeze,🥹 None   nawe agendanye n'agafi kiwe   ikibuga atanguye kuki...
21/09/2025

yagendanye n'agafi kiwe ubu kuvunika abibaza uko bimeze,🥹 None nawe agendanye n'agafi kiwe ikibuga atanguye kukirondeza itoroshi🏟️🔦 //🫣 Umupira yabahaye uryoshe muraba murashima urya kuko yaramaze kurohama mw'idamba nyamba atari mw'izinga rya 🤣
🙆🏽‍♂️ Inguvu ziwe yazimuriye guterura ibitavara💔

Sijui hata nacheka Nini 😆
21/09/2025

Sijui hata nacheka Nini 😆

26/02/2025

Yew!! Ibubanza ibara basigaye bihindura inzoka bavuga ubu nibongere none???

Nkuko bimeze muntara zose ikibazo   ntikirqtorerwa umuti muntara zose kibadanya igitera umuburungayo aha kari igace kamw...
22/07/2024

Nkuko bimeze muntara zose ikibazo ntikirqtorerwa umuti muntara zose kibadanya igitera umuburungayo aha kari igace kamwe muntara ya ikibazo c'isukari cotorerwa umuti kuko benshi baridoga cane cane udafise zogufyikana utaha🙉

MUTIMA ati:   Punguza amajambo!!! NGAYA AMAFARANGA NKWESHEJE UMUKOBWA WANJE Alice Niyogakiza !!! Kandi nawe ndagutumiye ...
26/06/2024

MUTIMA ati: Punguza amajambo!!! NGAYA AMAFARANGA NKWESHEJE UMUKOBWA WANJE Alice Niyogakiza !!! Kandi nawe ndagutumiye Kubugeni!! Uzoze wiyarurire ubushaza.



Address

Mbiya Le Comedie @gmail. Com
Rumonge

Telephone

+25769354896

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Promoteur de Rumonge posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Promoteur de Rumonge:

Share

Category