π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ

  • Home
  • Burundi
  • Bujumbura
  • π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ

π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ SystΓ¨me de GΓ©olocalisation/Trucking Des Motos, vΓ©hicules, Tuktuk sur toute territoire et changem

UMUSI MWIZA MWESE
13/04/2023

UMUSI MWIZA MWESE

25/11/2022

KURIKIRANA IYI VIDEO ,UHEZE UTAHURE BIMWE MU BIKORWA BIGIYE KURANGURWA NA π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ

 : Umuyobozi mukuru wa SociΓ©tΓ©   yatanze imfashanyo ku rwaruka ruhurikiye muri  .Kur'uwu w'Imana igenekerezo rya 13/11/2...
14/11/2022

: Umuyobozi mukuru wa SociΓ©tΓ© yatanze imfashanyo ku rwaruka ruhurikiye muri .

Kur'uwu w'Imana igenekerezo rya 13/11/2022 Umuyobozi mukuru wa SociΓ©tΓ© , yari aramutse yifadikanya n'urwaruka rwo muri iri muri zone komine yo mu ntara ya mu kururonsa imfashanyo igizwe n'ibifurwa mu ntumbero yo guhimbariza hamwe neza .

Mw'ijambo ry'ikaze ryashikirijwe na Umukuru wa zone ,akaba yamenyesheje ko muri iyo zone kuva ku mwana kugera ku mutama ko bose bahagaze neza.
Nayo kubwa arongoye iyo akaba yakengerutse kumfashanyo bahawe akanashima k'ukuntu uwo muyobozi yama yaterereye cane uwo murwi mu bikorwa bitandukanye harimwo no gufasha urwo rwaruka mu bijanye no kwitezimbere.

πŸ“ŒNayo muvyo bamusavye, akaba yabemereye ko ari kumwe na ko ataco atazobafasha kugira ngo batere intambwe ndetse bazobe ba bitumwako mu makungu. Akaba yaciye abemerera kuzobagurira vuba bwango imyambaro myiza y'ibirato vyo gutambamwo ndetse n'umupira w'amaguru wo kugira ngo uzoze urabafasha mu kwinonora imitsi.

 /M:  Bamwe mu rwaruka ruheruka guhabwa akazi na sociΓ©tΓ©   , ruramaze imisi ruriko rurakurikirana inyigisho zidasanzwe z...
08/11/2022

/M: Bamwe mu rwaruka ruheruka guhabwa akazi na sociΓ©tΓ© , ruramaze imisi ruriko rurakurikirana inyigisho zidasanzwe zijanye no gukoreshwa neza ubuhinga bwo gukurikirana neza ingendeshwa iri mw'ibarabara .

Ku bwa , Umuyobozi mukuru wa ,ati :"ni intambwe ishimishije kubona itunganywa ry'ubuhinga bugiye gukoreshwa ryamaze kugenda neza kuko urwaruka rurenga ibihumbi bibiri rugiye kuja ku kivi ndetse umufuko warwo uronke ifaranga."
Nayo ku kibazo c'uko abariko bakurikirana inyigisho atari bose, yamenyesheje ko intara zose zitokorana ku musi umwe ahubwo bazobakarihiriza ubwenge ku mirwi ndetse abatowe mu ntara bakazofasha bagenzi babo muri ivyo bikorwa.

πŸ“Œ Tubibutse ko muvyo iyo sociΓ©tΓ© izorangura harimwo: gufasha Leta mu k***anya abatanga n'abarya ibiturire mw'ibarabara, k***anya burundu ubusuma bw'ingendeshwa , mu kwibutsa nyen'ingendeshwa ko hageze kuriha ibisabwa muri OBR, hamwe n'ibindi bitandukanye.

.

 : Kur'uwu wa gatanu igenekerezo rya 27/10/2022 , uburongozi bwa   /M    bwari buramutse bukwiragiza ibikoresho bizokora...
28/10/2022

: Kur'uwu wa gatanu igenekerezo rya 27/10/2022 , uburongozi bwa /M bwari buramutse bukwiragiza ibikoresho bizokora mu kwandika no gukingira ingendeshwa zo mw'ibarabara mu burere butanu bwashizwe imbere kugira ngo banyene ingendeshwa boroherwe mu gutunganirizwa.

πŸ“Œ Mu gitondo co kur'uwu wa gatanu Imiduga yariko irapakira ibitabo vyo kwandikamwo imyidodondoro y'ingendeshwa na benezo,( d'identification), Imashine nyabwonko, ( ),ubwuma buzoshirwa kuri izo ngendeshwa bigatuma zikurikiranwa aho zigeze hose no kuzihagarika bigashoboka ( ), uburanga buzoshirwa ku ngendeshwa yamaze kwandikishwa ( ), Impuzu z'abakozi bazokora ivyo bikorwa, n'ibindi bikoresho bitandukanye.

πŸ›‘Umuyobozi mukuru w'iyo , akaba yamenyesheje ko akazi kagiye gutangura mu gihugu cose kuko ivyankenerwa vyose bisa nivyakwiye .
β­•Nayo kubijanye n'akarusho kuri ubwo buhinga bushasha akamenyesha ko ubwo buhinga buzofasha :
✍️ Kubarondezi b'akazi: ,ibihumbi birenga 3 vyakurikiranye inyigisho bigiye gutangura gukora, abandi barenga ijana bakaba baramaze gutangura,
✍️ Leta: Izohakura akunguko ka nini kuko bizofasha mu gucungera umutekano wo mw'ibarabara, k***anya igiturire co mw'ibarabara, k***anya burundu ubusuma bw'ingendeshwa, kuriha kugihe amakori n'amatagisi ku ngendeshwa izoba yanditswe ivyo navyo bikazotuma ikigega ca Leta kibomboka,
✍️ Kuwutwara ingendeshwa: azoziganirizwa na société kugira ngo ntazokukuruke ataha nk'uwuvuye kuragirara inarume, ntazigera arenganywa mubijanye n'ivyangombwa canke uko yitwaye mw'ibarabara, buzomufasha kumenya ko ingendeshwa yiwe iri mw'ikosa canke atangorane, bizomurinda k***a mw'ikosa ryo gutanga igiturire na cane cane mw'ibarabara, azokwama yibutswa ko hageze kwitunganya mu bijanye n'amategeko.
✍️Kuri nyene kugura ingendeshwa : Azokwama amenya aho ingendeshwa yiwe igeze uko abishatse, imyidogo y'uko yibwe izoba irangiye kuko ingendeshwa yawe icibwa ugaca ubivuga izoca ihagarikwa ubwo nyene ,unamenyeshwe aho igeze.
βœ…Akabirya n'uko uzomenya ibirometero yagiye umusi wose k'uburyo atawuzokubesha ngo imodoka yakoze ituro imwe gusa k'umusi.

β­• Tubibutse ko uburere 5 bikuru bukurubukuru bwamaze gushirwaho kugira ngo intara zoroherezwe , ubwo burere nabwo akaba ari :
πŸ“ na: Bujumbura, Bubanza, Cibitoke
πŸ“ : Kayanza,kirundo,muyinga
πŸ“ : Muramvya, Mwaro,Karusi
πŸ“ : RUTANA,CANKUZO,

πŸ“ : Rumonge,Bururi.

28/10/2022
28/10/2022

La SociΓ©tΓ© PDH/M Vous souhaite une bonne journΓ©e.

04/10/2022
WARUZI KO VUBA BWANGO IKIBAZO CO KWAMA MWIDOZE NGO INGENDESHWA ZANYU ZIBWE KIGIYE KURANGIRA?  πŸ”΄IKORESHWA RY'UBIHINGA BUS...
09/09/2022

WARUZI KO VUBA BWANGO IKIBAZO CO KWAMA MWIDOZE NGO INGENDESHWA ZANYU ZIBWE KIGIYE KURANGIRA?

πŸ”΄IKORESHWA RY'UBIHINGA BUSHASHA BWA NIBWO BUGIYE GUKORESHWA KUGIRA NGO DUFASHE MU KURWANYA UBUSUMA BW'INGENDESHWA, IBITURIRE VYO MU MABARABARA, GUFASHA KUGABANYA BAMWE BATWARA INGENDESHWA ZABO K'UMUVUDUKO URENGEJE,GUSAHIRIZA LETA MUVYO GUTANGA AMAKORI N'AMATAGISI, ...

♦️AHO IWANYU UBWO BUHINGA MWOBA MUBWITEZE?

TUBIPFURIJE UMUSI MWIZA.
25/08/2022

TUBIPFURIJE UMUSI MWIZA.

πŸ“ŒIvyo kwibwa ingendeshwa yawe yaba ipikipiki ,bajaji,canke Umuduga bihagarareπŸ“ŒIvyo gutanga ingendeshwa yawe urungitse um...
31/07/2022

πŸ“ŒIvyo kwibwa ingendeshwa yawe yaba ipikipiki ,bajaji,canke Umuduga bihagarare
πŸ“ŒIvyo gutanga ingendeshwa yawe urungitse umuntu bubanza ugasanga igereye Kirundo atavyuzi ,ivyo bihagarare.
πŸ“ŒIvyo gukora ubugizi bwa nabi hakoreshejwe ingendeshwa ivyo bihagarare.
πŸ“ŒIvy'uko abanyonzi b'ivyuma biba ibitoro babikura mu ngendeshwa z'aba boss babo ,ivyo Fye!
πŸ“ŒIvyo kwama watanze i biturire kubw'amakosa wakoze kubujanye n'ingendeshwa yawe , ivyo kura mumutwe.
Bigiye guk***aho n'ubuhinga bushasha bwa bumatanye n'ico bita bizofasha gukurikirana ibikorwa vyose biriko birakorwa kungendeshwa yawe ,no kubona aho igeze n'umuvuduko iriko, ndetse bagashobora no kuyihagarikira aho igeze. Ivyo bigiye gushirwa mungiro n'ishiramwe ryitwa /M_PDM
Uwo mugambi mugiye kuwakira gute?

Address

Rond Point Des Nations Unis
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to π’πŽπ‚πˆπ„π“π„ ππƒπ‡πŒ:

Share