Ev.BIzimana Jean pierre

Ev.BIzimana Jean pierre Ebenezer

Aba batama bakinye neza, mu rubuga gwo guhimbaza Imana.Batoyi babo muriko mwitwara gute?Imana ibafashe cane kuko muriko ...
01/09/2026

Aba batama bakinye neza, mu rubuga gwo guhimbaza Imana.

Batoyi babo muriko mwitwara gute?Imana ibafashe cane kuko muriko muca ahaciye intwari.

Bantu b'Imana umuhamagaro uragoye, ariko n'umugisha ikomeye.
19/08/2026

Bantu b'Imana umuhamagaro uragoye, ariko n'umugisha ikomeye.

19/08/2026

Umuhamagaro waturushije amaboko πŸ™πŸ™
Kora ico wahamagariwe ,n'utarambwigwa uzobona impembo tukiri mwisi, n'ubugingo budashira mwijuru.

19/08/2026

Umuhamagoro uraturusha amaboko,kenshi udukoresha ivyo abantu badatahura.

05/08/2026

Mana ko ari Wewe Buhungiro

Jolie Nyabambe.

05/08/2026

Abo ushaka ko bagusengera nabo bafise ibibahanze,
Iga gufata umwanya ukwiye ukisengera

05/08/2026

Dushaka ivyiza biva ku Mana,guhinduka uko Imana ishaka!! Mburira!

30/06/2026

πŸ™πŸ™ŒπŸ™ŒπŸ™ŒπŸ™Œ

17/06/2026
17/06/2026

Address

Bujumbura
4242

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ev.BIzimana Jean pierre posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ev.BIzimana Jean pierre:

Shortcuts

Share

Category