Kagwema yacu

Kagwema yacu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kagwema yacu, Real Estate, Gihanga, Bujumbura.

01/05/2023
28/04/2023

Muze duteze umutumba wacu mwiza wa kagwema imbere mugukorera hamwe twese Kandi tugire umutima wo gukunda umutumba wacu

KAGWEMA. Umutumba kagwema,n'umutumba mimitumba igize komine gihanga Kandi ukaba urihafi y'umugwa nukuri wa bujumbura haf...
28/04/2023

KAGWEMA.

Umutumba kagwema,n'umutumba mimitumba igize komine gihanga Kandi ukaba urihafi y'umugwa nukuri wa bujumbura hafi ya 29 uvuye k'umurwamukuru w'igihugu cacu c'uburundi.
Aire geographique,
Nord:harumukuku wa nyamitanga Kandi uhana urubibe na komine buganda iri muntara ya cibitoke.

Est:Hari imisozi ibiri umwe witwa mugwinkende,uwundi witwa kumurama hafi yo k'umutumba wa mudubugu hamwe na gihungwe.

Ouest:Hari utuzi gwitwa rusizi Kandi nigwo rugabura uburindi hamwe n'igihugu giharanira demokarasi ya Congo.

Sud:Hari kagwema ya kabiri nishamba cimeza rya rukoko.

Centre:hagati yuyo mutumba wa kagwema,ukaba ugizwe n'uducimbiri dukurikira,
Nyamitanga.
Kansayo.
Gaharawe.

Uyumutumba muncamake wari mimitumba myinshi ugenda uhura ningorane myinshi zicanye no kubura amazi neza,kunyagwa indimiro,ubusuma bwo mumirima.nibindi vyinshi nkuko niyindi mitumba imeze.

Ahiwacu havugwa amaki,ahamubona no aga tank gatoya kamazi gatanga amazi, k'umutumba mwiza Kandi mutoya wa kagwema hakury...
28/04/2023

Ahiwacu havugwa amaki,ahamubona no aga tank gatoya kamazi gatanga amazi, k'umutumba mwiza Kandi mutoya wa kagwema hakurya nyamitanga.

Address

Gihanga
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kagwema yacu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category