Acheter, vendre et Louer de l'immobilier au Burundi

Acheter, vendre et Louer de l'immobilier au Burundi _Kuba warageze ngaha ukemera kwama udukurikiranira umwanya kumwanya (ibihe VyoSe) uvuga uti:_ ```Bye! bye! Kwama Upangira abandi```!

Vuga Uti: Nanje ngomba mpinduke *Landlord* (Nyenamazu)
Aha tukwereke uburyo ubika amafaranga mugataka!

04/08/2026

‼️‼️Ngagara Nyene ahantu heza cane harabonetse parcella ikora kwikaburimbi naho wohashira salle de reception yotoka kuko iri no mwizero igakora no kwikaburimbi iyo parcella ipima 6ares ishaka 900Millions ubu harimwo ninzu‼️‼️

plus d'information:+257 71 289 129

KININDO Avenue RUHESHI3are  4 chambre 3 toillette indani 1milliards (1.000.000.000BIF)TURI KININDO.Whatsapp:+257 62 075 ...
25/07/2026

KININDO

Avenue RUHESHI

3are 4 chambre 3 toillette indani

1milliards (1.000.000.000BIF)

TURI KININDO.

Whatsapp:+257 62 075 611

Gihosha hafi ya zone 2ares Prix de 250milion harimwo iyonzu Ni promotion..whatsapp:71289129
25/07/2026

Gihosha hafi ya zone 2ares

Prix de 250milion harimwo iyonzu

Ni promotion..

whatsapp:71289129

15/06/2026

*Kinama muri quartier Gitega* nkuzaniye igipande ca parcelle kirimwo inzu zidaheze zo mubwoko bwa annexe.Ni parcelle ingana na *2 ares pour 150 millions*

whatsapp:+257 71289129

plus D'information:+257 71289129
15/06/2026

plus D'information:+257 71289129

Babantu rero mukeneye ibihombeshwa iyinzu iri mumaramvya hagati ya 15na14  🥀🥀🥀🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒✍️🥀🥀🍒🍒🍒🍒🍒✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️ninzu nzi...
15/06/2026

Babantu rero mukeneye ibihombeshwa iyinzu iri mumaramvya hagati ya 15na14 🥀🥀🥀🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒🍒✍️🥀🥀🍒🍒🍒🍒🍒✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️ninzu nzizacane yubatse muri2are nezaneza ni 3chamble salon n'a stock wese indani niyindi hanze ninzu uyumuntu yishakira uwihuta arakeney inoti vyihuta banguka160milion banguka ntawuraha????ukeneye vidéo inbox:+257 71289129

*IYINZU IRI KUMUYANGE RUBIRIZI IRI MURI PARCELLE YA 2.5 ARES IGIZWE NA 3CH SALON, 2DT, CUISINE EXTERNE, AKABOUTIQUE, AMA...
15/06/2026

*IYINZU IRI KUMUYANGE RUBIRIZI IRI MURI PARCELLE YA 2.5 ARES IGIZWE NA 3CH SALON, 2DT, CUISINE EXTERNE, AKABOUTIQUE, AMAZI MU RUPANGU. IRIKUGURISHWA AMAHERA 80M GUSA MUBANGUKE 💫💫*

Whatsapp;+257 71289129

Iyo nzu nkuzaniye iraha hirya gato yaba diaspora muri *gahahe* yegereye carama.Ni inzu ikimota ubushasha iriko igurishwa...
15/06/2026

Iyo nzu nkuzaniye iraha hirya gato yaba diaspora muri *gahahe* yegereye carama.Ni inzu ikimota ubushasha iriko igurishwa *260 millions* ikaba iri muri *2 ares*

Inzu igizwe na 3 chambres salon, do**he toilette indani ni 2 ikaba ifise ama carreaux na prafon doubaï.

Whatsapp:+257 71289129

Address

Bujumbura

Telephone

+25771289129

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Acheter, vendre et Louer de l'immobilier au Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category