Ico isi yiteze :Ivyaduka vyo mu misi y'imperuka

Ico isi yiteze :Ivyaduka vyo mu misi y'imperuka last event

19/12/2022

: IRAKOSORA IVYO VYOSE !!!!

benshi iyo badatunganirizwa neza mu buriri bahorana umunabi, agahinda , baba bunva menga ibintu vyose bosanzaza kugirango batwihore kandi natwe atari twebwe " twigwariye"

benshi iyo batarangura amabanga y'abubatse neza baba bunva atajambo bafise Imbere y'abo bubakanye bona n'ubwo batoba banagusugura , wewe ubwawe mumutima uguma wikeka gusuzugurwa.

Tegura uyu muti w'ibi bivuvu wivure ivyo vyose bihere canke ushike Aho dukorera ugure uwuteguye usezerere ivyo bibazo
ugarure
Wisubize n' cawe.

UMUTI UGIZWE
- 1kg y' Ibivuvu vya Ginseng
-O,5kg y'Imizi y'ipilipili

Vyose ukabiteka mwilitiro zitatu z'amazi. Ukaza uranwa akarobo k'ilitiro mugitondo no kumugoroba kumara iminsi itandatu uba wakize neza naho vyoba arivyo warozwe.


Ukeneye uwuteguye

+257 68224460
+257 79049490

Mbe ko isi itewe impungenge na kazoza izo gashikako?Inyishu zirahawe ikaze
04/11/2022

Mbe ko isi itewe impungenge na kazoza izo gashikako?Inyishu zirahawe ikaze

last event

Address

Bujumbura

Telephone

+25766310291

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ico isi yiteze :Ivyaduka vyo mu misi y'imperuka posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ico isi yiteze :Ivyaduka vyo mu misi y'imperuka:

Share

Category