Twīge nêzá

Twīge nêzá Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Twīge nêzá, Real Estate, Bujumbura.

28/10/2024
01/05/2024

Ubuzima burava he bukaja he?
Isi nta mahirwe ishobora kuduha ngo tuyihoreko.
Ariko naho nyene, umuntu ntapfa, yamara umubiri wo urabora. Umuntu arimurwa akavanwa mu kibanza gipfa ( mubiri) akajanwa mu kindi gihoraho. Urava he? Uraja he?
Kora ivyiza uburyo bukiriho, ejo nta wuzi ivyaho.
Buraca bugacana ayandi.

06/02/2024

Guhîmbāza Imâna

Aba kera bari bazi ukuri gushobora gutuma abantu babaho neza. Mu mubvano wabo n'abandi ndetse no mu mubano wabo n'iyabar...
31/01/2024

Aba kera bari bazi ukuri gushobora gutuma abantu babaho neza. Mu mubvano wabo n'abandi ndetse no mu mubano wabo n'iyabaremye.
Ni co gituma bandika imyibutsa ishobora kwereka abantu guhera mu buto bwabo uko bashobora kubaho n'ivyo bakwiye kugenda baritondera

15/01/2024

Si inzira yoroshe, si ugupfa kugenda, raba neza uko uriko uragenda

Address

Bujumbura

Telephone

+25769450141

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Twīge nêzá posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Twīge nêzá:

Share

Category