26/07/2025
Patiri Aimé Désiré Nsabimana ,ni Patiri mukuru wa Paroisse Nyangwa Archidiocèse Gitega yasozereye Inkuka ya Misa asubira gukenguruka ku myaka indwi amaze mw,ibanga akengurukira abantu bose bamufashije kuhashika,ashimira abitangiye Paroisse ya Nyangwa mu myaka 4 amaze ayiyoboye ,abo mu gisata ca Ryansoro,bari baramukanye bashikiriza ivyo baterereye mu gisata bavukamwo,,abakunzi ba paroisse baturuka mu gihungu ca Congo bafashije cane mu mugambi wa salle ya Paroisse bari baje kumushigikira ,ashimira Imana kuvyo yamushoboje kurangura mu butumwa bwiwe.