Mr Férdinand

Mr Férdinand Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mr Férdinand, Real Estate, Chawama.

Haguta ubwizigirwa wota amafranga 💵💴💰
03/04/2023

Haguta ubwizigirwa wota amafranga 💵💴💰

Vidéo courte de Ferdinand nsengiyaremye avec ♬BIME AMATWI

03/04/2023
🎤 Igihugu kimwe/ Ururimi rumwe/ Mukibanza kimwe 🔥☑️🇧🇮💪🏿Cakibanza cateje uruhagarara mugasagara ca Bujumbura biturutse ku...
31/03/2023

🎤 Igihugu kimwe/ Ururimi rumwe/ Mukibanza kimwe 🔥☑️🇧🇮💪🏿

Cakibanza cateje uruhagarara mugasagara ca Bujumbura biturutse kubwiza budasanzwe busigaye bukiranga 👉🏿 / birangiye Big Fizzo avuye iyo yaramaz’igihe 👉🏿 France 🇫🇷 kugira azokwifadikanye n’abakunzi biwe kuri Zone ya 🔥☑️

🎼 Mfise ubwoba ko kino kibanza kizoba gito kuko big boss wa Gera Plazza yasize kuri make mukwinjira 👉🏿 07.04.2023 à 18h30 🔥☑️ 10.000fbu & 20.000fbu VIP !!! Uzobayo? Je Nzobayooo … !!!

#

31/03/2023

Ruhuka Amahoro By CPG 😰

New Hit Song Y'umubabaro Kubarundi Twese ( Officiel Vidéo) 🇧🇮😰😭

Abana B' i Ngozi Kugasaka Muguha Agaciro SAIDI BRAZZA Bahisemwo Kumuririmbira Indirimbo Yo Kumusezera No Kumusabira Imigisha Ku Mana SAIDI BRAZZA 😰

Indirimbo Niyagahinda Ariko Bisaba Ko Twihangana SAIDI BRAZZA

Nîmba Nawe Wemera Ko SAIDI BRAZZA Ko Harico Asize Kwa Buno Butaka Bw'Uburundi Hamwe N'indirimbo Yibihe Vyose Nturengane Utamwipfurije Uburuhuko Bwiza 🙏

  arabisuguye ariko sinzi ubu butumwa uwo bwega 😨
30/03/2023

arabisuguye ariko sinzi ubu butumwa uwo bwega 😨

🔴Umuco  .Iryavuzwe riratashe.Yari yajanwe no   n'aboza gufasha mu   ca Internet, ariko kubera ko vyagumye bisa nk'  cane...
30/03/2023

🔴Umuco .

Iryavuzwe riratashe.

Yari yajanwe no n'aboza gufasha mu ca Internet, ariko kubera ko vyagumye bisa nk' cane hongera haba ibirenge kuruhande rw' bemeye gufasha, wa mukozi wanyu Ir Burundi abakoreye Carte izokora kuri GUSA.

Igihe twamuha kuri Telefone aho ari muri zunze ubumwe za , Ir Burundi yagize ati:

"Sinoguma inyuma aba batama, mpeba ivyo nikorera nzembagirika nza hano muri n'ingene ari kure, nabo ko ibintu biva . Iyi niyo incuro ya mbere nje hano mu kambona gake ku .

Ni kubera nari kuri iyi Carte Sim mubona. kubera nari numva nashegeshwe. Izokorera kuri yitwa NANO SATISFI, kandi mu , jewe n'umurwi wanje, tuzokora igerageza kugira ngo tuze neza nimba tubonye vy'ukuri ko abarundi izodufasha. Twasavye mu kumba gatoya kiyo satelite, twatomboye baratwumva, make yo gupanga kugira ko bikunda. Ni , tuzoheza twegere inzego ubuhinga bwo guhamahana amakuru muhira mu Burundi, maze GASAPE IGIGA uheze ukore wemewe n' y'Uburundi"

Twamubajije impamvu aguma arwa inzura yiruka inyuma y'iyo Internet kandi ataco abikuramwo ashira muri la poche yishuye ati :"Sinkenera guhembwa. Uburundi bufise ico butwitezeko twese. Ndabikoze, nikuyeko ideni, ntabikoze ni ideni kuri jewwe"

Ku kibazo kijanye n'aho ibikorwa vy ati :"Ubu nyene tukivugana, ibikorwa biratanguye. Ugupima kwa mbere kwemeje neza ko iyo interenete izogira umuvuduko ungana na Megabayiti 35 zirenga gato kumuseguda aho uhagaze hose naho uzoba uri musi y'urutara.

Twese, ntitwobura akajambo dushira muri commentaire kuri iyi nkuru kiretse nimba iwacu ari abarozi.

_Indra

Address

Chawama

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Férdinand posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category